Noruveje

From Wikipedia
Jump to: navigation, search
Ibendera rya Noruveje
Ikarita ya Noruveje
Norway on the globe (Europe centered).svg

Noruveje cyangwa Norvege (izina mu kinyanoruveji bokmål : Norge ; izina mu kinyanoruveji nayinorusiki : Noreg) n’igihugu mu Burayi.

Muri Noruveje, hari imyaka cumi y’indero y’intango umwana wese ategerezwa kwiga; bisigura yuko abavyeyi bategerezwa kurungika abana babo mu mashure bakanakora kuburyo imyimenyerezo bahawe bayikora. Ishure ritoya n’ishure rikuru ritangura vyigwa kuri gusa, kandi ubutegetsi bw’agace ubamwo buriha ibitabo vy’amashure y’abana.


W’umwana wabo maze bagafata ingingo niba umwana wabo azogira iki Noruveje nk’ururimi rwa mbere canke urwa kabiri. Umunyeshure ashobora guhindura akava mu ki Noruveje nk’ururimi rwa kabiri akaja mu masomo asanzwe akoresha iki Noruveje mu gihe cose azoba yiga.


Uburayi

Alubaniya · Andora · Belarusi · Bosiniya na Herizegovina · Buligariya · Cekiya · Danimarike · Esipanye · Esitoniya · Finilande · Geworugiya · Hongiriya · Ikerene · Ikigereki · Irilande · Isilande · Kazakisitani · Korowatiya · Lativiya · Lituwaniya · Liyeshitensiteyine · Lugizamburu · Malita · Masedoniya · Molidova · Monako · Montenegoro · Mutagatifu Marino · Nederilande · Noruveje · Ositiriya · Polonye · Porutigali · Romaniya · Seribiya · Shipure · Silovakiya · Siloveniya · Suwede · Turukiya · Ububiligi · Ubudage · Ubufaransa · Ubugereki · Uburusiya · Ubusuwisi · Ubutariyani · Ubwongereza