BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga (top story)
Rwanda: Aha mbere muri Africa haba hagiye gukorerwa inkingo za Covid
Perezida Kagame avuga ko 'igihe cyose Africa izakomeza kwiringira utundi turere ku nkingo, izaguma inyuma ku murongo buri gihe uko zibaye nkeya'.
Umunyamakuru Phocas Ndayizera yakatiwe gufungwa imyaka 10
Abandi bagabo batandatu bareganwa nawe bagizwe abere n’uru rukiko rwategetse ko bahita barekurwa.
Umupfasoni yibarutse abana 9 agiye kumara amezi menshi yitabwaho
Halima Cissé w'imyaka 25 yibarutse abana icenda mu bitaro vyo muri Maroc mu "buryo budakunze kuboneka".
Dominic Ongwen yaciriwe umunyororo w’imyaka 25 ku vyaha birenga 80
Abashingwamanza bavuga ko Ongwen yaciriwe umunyororo w'igihe gito kubera yanyurujwe na LRA ari umwana.
Amnesty yamaganye kohereza mu Rwanda abahungiye Denmark
Mu cyumweru gishize, abashinzwe ububanyi n'amahanga ba Denmark bari mu Rwanda basinye amasezerano n’u Rwanda, ibiyakubiyemo ntibyari bizwi kugeza ejo ku wa gatatu.
Duterte yasabye imbabazi ku guterwa urukingo rwa China rutaremezwa
Yanasabye Ubushinwa gusubirana doze 1,000 zabwo z'urukingo rwa Sinopharm zari zahawe Philippines nk'imfashanyo.
Facebook yategetswe gusubira kwihweza igihano yahaye Trump
Facebook ifise amezi atandatu kugira ngo isigure ingingo yo guhagarika mu kiringo kitazwi Donald Trump ku mbuga zayo.
Abanyeshuri babiri b'Abanyamerika bahamwe no kwica umupolisi i Roma
Mario Cerciello Rega yajombaguwe icyuma arapfa ubwo yariho akora iperereza ku igurisha ry'ibiyobyabwenge ryagenze nabi hagati mu mujyi wa Rome mu 2019.
Mahamat Idriss Déby yohereje murumuna we kuganira na Kagame
Ubutegetsi bwa gisirikare muri Chad bwugarijwe n'igitutu cy'imiryango mpuzamahanga n'ubumwe bwa Africa bisaba aba basirikare guha ubutegetsi abasivile.
Ibiganiro bya radiyo
Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, n'amakuru mpuzamakungu.
Ikiganiro gicukumbuye ku bibazo bitandukanye.
Umviriza, Prezida Tshisekedi - Gushyira ubutegetsi bwa gisirikare muri Kivu ya ruguru bizazana iki?, Umwanya bimara 2,43
Perezida Félix Tshisekedi yagennye abasirikare bakuru bo gusimbura abategetsi ba gisivile mu ntara za Kivu ya Ruguru na Ituri. Ariko se ibi bizagarukana umutekano wifuzwa?
Umviriza, Ibibazo byanyu kuri covid-19: Wamenya gute ubwoko bwayo wanduye?, Umwanya bimara 3,20
Dukomeza kubagezaho ibisubizo ku bibazo mutwoherereza kuri covid-19 nk'uko bisanzwe buri munsi wambere n'uwagatatu
Umviriza, Ibibazo vyanyu kuri Covid-19: Kuki basinyisha umuntu imbere y'urukingo?, Umwanya bimara 3,43
Tubandanya kubashikiriza inyishu ku bibazo muturungikira ku kiza ca coronavirus
Umviriza, Ibibazo kuri Covid-19: Abana baba bayandura?, Umwanya bimara 3,29
Muganga Leonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa arasubiza ikibazo cya Dionise Kwizera ubaza ati: Mbega burya abana bararwara Covid-19 ko atabo turumva yahitanye?
Umviriza, Ni kuki incanco zabaye nyinshi ku ndwara imwe?, Umwanya bimara 3,55
Turakomeza kubashikiriza inyishu ku bibazo ku vyo mwifuza kumenya bijanye n'ingwara ya Coronavirus.
Ikarata y'ikibiriraho y'ukuntu coronavirus imeze muri Afrika
Raba kuri iyi karata y'ikibiriraho uko coronavirus imeze muri Afrika
Video, Uburusiya na Ukraine: Intambara irashobora gusibira kwaduka, Umwanya bimara 2,03
Ibihugu vy'uburengero bw'Uburaya bihanze amaso uruhagarara hagati ya Ukraine n'Uburusiya, mu gihe hari impungenge z'icoba biramutse bitanye mu mitwe
Video, Bill na Melinda bagiye kwahukana: Mbe Melinda ni nde?, Umwanya bimara 1,43
Bill Gates ni izina rizwi cane kw'isi kubera ikigo Microsoft. Melinda we ni nde?
Video, Ubuhunde: Aho covid-19 imeze nabi kurusha ahandi kw'isi, Umwanya bimara 2,13
Igihugu c'Ubuhinde ku munsi kibonekamwo igitigiri kidasanzwe c'abandura covid-19, kikaba ari co gihugu kw'isi kimerewe nabi krusha ibindi muri iki gihe kubera iki kiza. Iyi video irihweza ibintu nyamukuru vyoba bibitera
Video, Acoura Geopark: Ikiraro ca mbere kirekire kw'isi kimanitse, Umwanya bimara 0,52
Ni ikiraro ca mbere kw'isi kirekire kandi kimanitse hejuru gikoreshwa n'abagenda n'amaguru muri Portugal
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Prezida Suluhu yatwengeje abashingamateka ba Kenya
Mu rugendo arimwo muri Kenya, prezida wa Tanzania Samia Suluhu yabwiye inama nshingamateka y’ico gihugu ko inzitizi zikwiye kuvanwaho, hakaba ugufashanya haguhiganwa.
Umwana w'umwema yatawe ubu yabaye umunyamideli wa Vogue
Umwigeme w'umunyamwema w'imyaka 16 yatawe n'abavyeyi akiri uruyoya ubu n'umunyamideli w'umwuga.
Bill na Melinda Gates: Ubuzima bwabo mu mafoto
Amwe mu mafoto y'aba bombi - bashinze ikigo Bill & Melinda Gates Foundation mu mwaka wa 2000 - batangaje ku wa mbere ko batandukanye nk'abashakanye.
Hashyizweho abajenerali bo gutegeka Ituri na Kivu ya Ruguru
Perezida yashyizeho Lt Gen Luboya Nkashama Johnny nka guverineri w'intara ya Kivu ya Ruguru, na Lt Gen Constant Ndima Kongba nka guverineri wa Ituri.
Ongera wumve ibiganiro by'abagore na Bazamuganga
Umviriza, Jennifer Kamanzi Mapakou: Afasha abana bafite uburwayi bwa autism, Umwanya bimara 5,11
BBC Gahuzamiryango yaganiriye na Jennifer Kamanzi Mapakou, wo mu muryango Lay Witnesses for Christ International, ufasha abana bafite ibibazo by'uburwayi, cyane cyane ababana na autism. Twavuganye mu gihe muri uku kwezi isi yibuka autism
Umviriza, Ingabire Allen na Mpano Paulette bakora indabo zo mu biti, Umwanya bimara 5,39
Ingabire Allen na Mpano Paulette bashinze ikigo gikorera mu mujyi wa Kigali, gikora indabo zo mu bwoko bw'ibiti bakazigurisha ku bashaka gutaka iwabo cyangwa mu biro.
Umviriza, Kerry Gladys Ntirampeba, uwuzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya slam, Umwanya bimara 4,34
Uyu munyatugenegene w'Umurundikazi, azoserukira u Burundi mw'ihiganywa nyafrica ry'amazina avugwa mu ndirimbo canke slam
Umviriza, Bazamuganga: Uburwayi bwa Fibromes Uterins bumeze gute?, Umwanya bimara 4,55
Abagore n'abigeme bageze mu myaka yo kwibaruka barashobora kugira ikibazo c'ibivyimba mu bice vy'igitereko/ Fibromes Uterins
Podcast
Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango
Tuchel mu byishimo byo kugera kuri final na Man City y''icyitegererezo'
Umutoza wa Chelsea avuga ko Manchester City ari yo "cyitegererezo", nyuma yuko ikipe ye isezereye Real Madrid ikajya ku mukino wa nyuma wa Champions League w'amakipe abiri yo mu Bwongereza.
Umunyamahirwe cyangwa igihangange? Zidane yubahwa uko bikwiye?
Imbere y'umukino wo kwishyura hagati ya Real Madrid na Chelsea mw'irushanwa rya Champions League, BBC irareba impamvu uyu mutoza wa Real watwaye hafi buri gikombe cyose gikomeye hari abakimushidikanyaho ku isi.
Tour du Rwanda: Umufaransa Boileau yongeye gusiga abandi
Abasiganwa b'Abanyarwanda byabagoye uyu munsi kuko uwaje hafi ari Muhoza Eric, aba mbere bamusize ho iminota 2'02''.
Kuba Mbappé atari ahari si urwitwazo – Pochettino
Umutoza wa PSG Mauricio Pochettino yanze kwitirira isezererwa ry'ikipe ye muri Champions League ikuwemo na Manchester City ku kuba rutahizamu we Kylian Mbappé atari ahari.
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane